AMAKUNGU YARAMUHINYUYE
Géopolitique
Umukuru w’Igihugu c’Urwanda yatumye umushikiranganji w’imigenderanire Oliver, kumusabira Uburusiya yuko bgomukingira abanyamerika ngo ntibamuhane nk’uko babigambiriye.🤣*
Inyishu yaronse:
(1) umushikiranganji w’imigenderanire w’Uburusiya yamwishuye yuko Paul #Kagame yaciye kubiri n’amasezerano yo guhagarika intambara we nyene yateyeko igikumu.
(2) Mu nama y’umutekano ya #ONU, uwuserukira leta y’Uburusiya yavuze yuko Urwanda rwobarira Paul Kagame akabarira #M23 ikava muri #Uvura ikaja kuri 75km kandi akareka imirwano yo kwihagira izindi ntara kugira habe ibiganiro i #Doha.
*Amakungu abona kumwe ikibazo Urwanda rwateje Uburundi n’Urwanda kandi mwen’ibi birangira hari ikibaye!*💥🔴🇷🇼🇨🇩🇧🇮🇷🇺🇺🇳🙏
Publié le 22/12/2025 à 13:10

← Retour aux articles